dimanche 21 février 2010

Est ce que vraiment Dieu se soucie de nous ?

Une question que je pose à tout le monde.

Votre point de vue nous intéresse !.
Ça serait mieux si vous inserez des passages bibliques dans vos commentaires.
Merci.

3 commentaires:

  1. Jewe hari igihe mpora nibaza ko Imana itatwumviriza. Hari ico mwobimfshamwo?

    RépondreSupprimer
  2. Bibiriliya iravuga muri Jean 3:16 it"Kuk'urukundo Imana yakunze abari mw'isi nigwo gwatumye itanga umwana wayo w'ikinege, ng'umwizera wese ntaz'apfe rubi, ng'ariko ahabwe ubugingo budashira", none wewe wokunda abantu canke umugenzi wawe gutyo hama iyo avuze ntumwumvirize???? Jewe nibaza ko ahubwo kandi na Bibiliya iravyeza gose ko ahubwo Imana yipfuza na ntaryo kwama iriko iganira n'abantu ariko abantu nitwe tuyankira!!!!

    RépondreSupprimer
  3. Ivyo uvuze ni ukuri.Ariko biragoye gutahura igihe umuntu yumva vy'ukuri ko ashaka ko Imana imuba hagufi,agatakamba, akayambaza, mais ntabone inyishu.Aha mbere haca havuka ikindi kibazo "Birakenewe iyo turiko dusaba Imana tudondagura ico dushaka?"ou bien dukwiye gusa gushima Imana gusa hanyuma yo nyene k'ubugombe bwayo ikaba ariyo idecida ivyo iduha. Kuko n'ubundi ivyo dusavye vyose ntitubironka uko twabisavye canke igihe dushaka , canke ntitunabironka nagato.

    Yesu niwe yavuga(sinibuka passage)ngo Musaba ntimuronke guko musaba nabi! Ma question Mbega umuntu asaba neza gute?

    Merci k'uwuza kumpa ibisobanuro.

    RépondreSupprimer